1 Ngoma 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 uwugira gatatu yari Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka+, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri+; uwugira kane yari Adoniya+ umuhungu wa Hagiti+; 1 Ngoma 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Aba yabavyariwe i Yeruzalemu+: Shimeya+ na Shobabu+ na Natani+ na Salomo+: bane kuri Bati-sheba+ umukobwa wa Amiyeli+,
2 uwugira gatatu yari Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka+, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri+; uwugira kane yari Adoniya+ umuhungu wa Hagiti+;
5 Aba yabavyariwe i Yeruzalemu+: Shimeya+ na Shobabu+ na Natani+ na Salomo+: bane kuri Bati-sheba+ umukobwa wa Amiyeli+,