2 Samweli 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nk’aho ico coba vy’ukuri ari ikintu gito mu maso yawe, ewe Mukama Segaba Yehova, yamara uravuze n’ivyerekeye inzu y’umusavyi wawe gushika muri kazoza ka kure; kandi iryo ni ryo tegeko rihawe abantu+, ewe Mukama Segaba Yehova+. Zaburi 84:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+. Yakobo 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.
19 Nk’aho ico coba vy’ukuri ari ikintu gito mu maso yawe, ewe Mukama Segaba Yehova, yamara uravuze n’ivyerekeye inzu y’umusavyi wawe gushika muri kazoza ka kure; kandi iryo ni ryo tegeko rihawe abantu+, ewe Mukama Segaba Yehova+.
11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.
17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.