ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Dawidi abonye yuko abasuku biwe bariko bavugana ubwongoshwe, amenya yuko nya mwana yapfuye. Dawidi abwira rero abasuku biwe ati: “Wa mwana yapfuye?” Na bo bati: “Yapfuye.”

  • 2 Samweli 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko ntiyemera kwumviriza ijwi ryiwe, mugabo akoresha inguvu ziruta iziwe, aramutetereza+, aryamana na we+.

  • 2 Samweli 15:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Dawidi aca abwira abasuku biwe bose bari kumwe na we i Yeruzalemu ati: “Haguruke duhunge+; kuko tutazoronka akaryo ko kunyaga amagara kubera Abusalomu! Gende ningoga kugira ntanyaruke ngo aduhamvye hanyuma atuzaneko ikibi yongere akubitishe igisagara ubugi bw’inkota+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika