ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko mu miryango yose ya Isirayeli, abantu bose baja mu vyo guharira bavuga ngo: “Umwami ni we yaturokoye mu kiganza c’abansi bacu+, kandi ni we yadukijije ikiganza c’Abafilisitiya; none ubu yahunze Abusalomu, ava mu gihugu+.

  • Zaburi 3:akajambo k’intangamarara
    Bibiliya y’isi nshasha
    • Agahibongozo ka Dawidi igihe yariko arahunga kubera Abusalomu umuhungu wiwe+.

  • Imigani 19:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Uwufata nabi se kandi akirukana nyina+ ni umwana akora ivy’akamaramaza n’ivy’agatetereza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika