ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 17:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Gutyo Dawidi, akoresheje umugozi wo guteresha be n’ibuye, arusha inkomezi uwo Mufilisitiya, agarika nya Mufilisitiya, aramwica; kandi nta nkota yari mu kuboko kwa Dawidi+.

  • 1 Samweli 18:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nya bagore bariko barahimbaza ico kintu, baguma bitabiriza bati:

      “Sauli yishe ibihumbi,

      Dawidi na we ibihumbi mirongo+.”

  • 1 Samweli 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yarashize ubuzima bwiwe mu kaga*+ yica Abafilisitiya+, ku buryo Yehova yashikije ubukiriro bukomeye+ ku bwa Isirayeli yose. Warabibonye maze uranezerwa. Kubera iki none wocumura ku maraso y’intungane mu kwicisha+ Dawidi ata co azira+?”

  • 2 Samweli 5:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko Dawidi agira kuno, nk’uko nyene Yehova yari yamutegetse+, asasika+ Abafilisitiya, kuva i Geba+ gushika i Gezeri+.

  • 2 Samweli 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Siriya y’i Damasiko+ ije gutabara Hadadezeri umwami wa Zoba, Dawidi aca asasika mu Basiriya abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bibiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika