1 Abami 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Aguma yegeraniriza abagabo ku ruhande rwiwe maze aba umukuru w’akagwi k’abambuzi, igihe Dawidi yica abantu b’i Zoba+. Baja rero i Damasiko+ hanyuma babayo, maze batangura kuganza i Damasiko. Yesaya 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko umutwe wa Siriya ari Damasiko, umutwe wa Damasiko na wo ukaba Rezini; kandi mu myaka mirongo itandatu n’itanu gusa Efurayimu izojanjagurwa ireke kuba igisata+.
24 Aguma yegeraniriza abagabo ku ruhande rwiwe maze aba umukuru w’akagwi k’abambuzi, igihe Dawidi yica abantu b’i Zoba+. Baja rero i Damasiko+ hanyuma babayo, maze batangura kuganza i Damasiko.
8 Kuko umutwe wa Siriya ari Damasiko, umutwe wa Damasiko na wo ukaba Rezini; kandi mu myaka mirongo itandatu n’itanu gusa Efurayimu izojanjagurwa ireke kuba igisata+.