ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko mw’ijoro agabura ingabo ziwe+, we n’abashumba biwe, ngo babarwanye, arabatsinda kandi aguma abakurikira gushika i Hoba, ahari mu buraruko bwa Damasiko.

  • 1 Abami 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko Yehova amubwira ati: “Genda, usubire ujane inzira yawe uje mu gahinga ka Damasiko+; winjire hanyuma urobanuze amavuta+ Hazayeli+, abe umwami wa Siriya.

  • 1 Abami 20:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Maze Beni-hadadi amubwira ati: “Ibisagara+ dawe yatwaye so nzobisubiza; kandi uzokwiha amabarabara i Damasiko nk’uko dawe yayihaye i Samariya.”

      Ahabu na we ati: “Mw’isezerano+, ndakurungika.”

      Aca agirana isezerano na we hanyuma aramurungika.

  • Yesaya 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuko umutwe wa Siriya ari Damasiko, umutwe wa Damasiko na wo ukaba Rezini; kandi mu myaka mirongo itandatu n’itanu gusa Efurayimu izojanjagurwa ireke kuba igisata+.

  • Ivyakozwe 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 amusaba amakete ajana ku masinagogi y’i Damasiko, kugira ngo abo abonye bose bo muri Ya Nzira+ abazane i Yeruzalemu baboshe, abagabo n’abagore.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika