ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “‘Nihagira umuntu uwo ari we wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, ntaze abure kwicwa+. Se na nyina ni bo azoba ahamagariyeko akabi. Amaraso yiwe ari kuri we+.

  • Gusubira mu vyagezwe 27:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “‘Aravumwe umuntu akengera se canke nyina+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

  • Imigani 17:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Umwana w’ikijuju ni umwikomo kuri se+ be n’umururazi kuri nyina yamwibarutse+.

  • Imigani 20:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Uwo wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, itara ryiwe rizozima umwiza wegereje+.

  • Imigani 23:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umviriza so yakuvyaye+, kandi ntusuzugure nyoko wawe ngo ni uko gusa ashaje+.

  • Imigani 30:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hari iyaruka rihamagarira akabi kuri se, ntirinahezagire nyina+.

  • Imigani 30:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ijisho ritwengera se mw’ijigo kandi rigasuzugura ukugamburukira nyina+, ibikona vyo mu mwonga bizorinogora, abana b’inkona na bo barirotse.

  • Mika 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko umuhungu asuzugura se, umukobwa agakurira hasi nyina+, umukazana agahagurukira inabukwe+; abansi b’umuntu ni abantu bo mu rugo rwiwe+.

  • 2 Timoteyo 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko abantu bazoba ari abikunda, inkunzi z’amahera, abishima, abibona, abarogosi, abagambararira abavyeyi+, intashima, ibihemu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika