Abalewi 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Nihagira umuntu uwo ari we wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, ntaze abure kwicwa+. Se na nyina ni bo azoba ahamagariyeko akabi. Amaraso yiwe ari kuri we+. Gusubira mu vyagezwe 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze abagabo bose bo mu gisagara c’iwabo baze bamutere amabuye, apfe. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi hagati yawe, kandi Isirayeli yose izovyumva itinye koko+. 2 Samweli 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ahitofeli abwira Abusalomu ati: “Ndakwinginze ureke ntore abagabo ibihumbi cumi na bibiri maze mpaguruke, nome inyuma Dawidi muri iri joro+. Imigani 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwo wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, itara ryiwe rizozima umwiza wegereje+. Imigani 23:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umviriza so yakuvyaye+, kandi ntusuzugure nyoko wawe ngo ni uko gusa ashaje+. Abaroma 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 abambika ibara abandi+, abanka Imana, abatisonera+, abibona+, abishima+, abarementanya ibibi+, abagambararira abavyeyi+, 2 Timoteyo 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko abantu bazoba ari abikunda, inkunzi z’amahera, abishima, abibona, abarogosi, abagambararira abavyeyi+, intashima, ibihemu+,
9 “‘Nihagira umuntu uwo ari we wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, ntaze abure kwicwa+. Se na nyina ni bo azoba ahamagariyeko akabi. Amaraso yiwe ari kuri we+.
21 Maze abagabo bose bo mu gisagara c’iwabo baze bamutere amabuye, apfe. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi hagati yawe, kandi Isirayeli yose izovyumva itinye koko+.
17 Ahitofeli abwira Abusalomu ati: “Ndakwinginze ureke ntore abagabo ibihumbi cumi na bibiri maze mpaguruke, nome inyuma Dawidi muri iri joro+.
30 abambika ibara abandi+, abanka Imana, abatisonera+, abibona+, abishima+, abarementanya ibibi+, abagambararira abavyeyi+,
2 Kuko abantu bazoba ari abikunda, inkunzi z’amahera, abishima, abibona, abarogosi, abagambararira abavyeyi+, intashima, ibihemu+,