Kuvayo 20:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+. Imigani 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwana akorana ugutahura kwimbitse aregeranya mu ci; umwana akora ivy’akamaramaza asinzira ubutikoma mw’iyimbura+. Imigani 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umusuku yerekana ko ari n’ugutahura kwimbitse azoganza umwana akora ivy’akamaramaza+, kandi hagati mu bavukana azoronka umuturi w’intoranwa+.
12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+.
5 Umwana akorana ugutahura kwimbitse aregeranya mu ci; umwana akora ivy’akamaramaza asinzira ubutikoma mw’iyimbura+.
2 Umusuku yerekana ko ari n’ugutahura kwimbitse azoganza umwana akora ivy’akamaramaza+, kandi hagati mu bavukana azoronka umuturi w’intoranwa+.