Imigani 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwana akorana ugutahura kwimbitse aregeranya mu ci; umwana akora ivy’akamaramaza asinzira ubutikoma mw’iyimbura+. Imigani 14:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umwami ahimbarwa n’umusavyi akorana ugutahura kwimbitse+, mugabo uburake bwiwe buza ku wukora ivy’akamaramaza+.
5 Umwana akorana ugutahura kwimbitse aregeranya mu ci; umwana akora ivy’akamaramaza asinzira ubutikoma mw’iyimbura+.
35 Umwami ahimbarwa n’umusavyi akorana ugutahura kwimbitse+, mugabo uburake bwiwe buza ku wukora ivy’akamaramaza+.