Matayo 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ntimubatinye rero; kuko ata catwikiriwe na kimwe kitazotwikururwa, canke icagizwe ibanga na kimwe kitazomenyekana+. Luka 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo nta kintu na kimwe cahishijwe bimwe vyitondewe kitazohishurwa, kandi nta cagizwe ibanga kitazomenyekana+.
26 Ntimubatinye rero; kuko ata catwikiriwe na kimwe kitazotwikururwa, canke icagizwe ibanga na kimwe kitazomenyekana+.
2 Mugabo nta kintu na kimwe cahishijwe bimwe vyitondewe kitazohishurwa, kandi nta cagizwe ibanga kitazomenyekana+.