1 Ngoma 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Dawidi akura urugori rwa Malikamu* ku mutwe wayo+, maze asanga uburemere bwarwo bupima italanto y’inzahabu, kandi rwarimwo amabuye y’agaciro; nuko ruba ku mutwe wa Dawidi. Isahu ry’ico gisagara, iryo yasohoye, ryari ryinshi cane+.
2 Mugabo Dawidi akura urugori rwa Malikamu* ku mutwe wayo+, maze asanga uburemere bwarwo bupima italanto y’inzahabu, kandi rwarimwo amabuye y’agaciro; nuko ruba ku mutwe wa Dawidi. Isahu ry’ico gisagara, iryo yasohoye, ryari ryinshi cane+.