2 Samweli 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarejeje abikuye mu mahanga yose yari yaranesheje+, 1 Ngoma 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza+ Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarakuye mu mahanga yose+: muri Edomu n’i Mowabu+ no kuri bene Amoni+ no ku Bafilisitiya+ no kuri Amaleki+.
11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarejeje abikuye mu mahanga yose yari yaranesheje+,
11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza+ Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarakuye mu mahanga yose+: muri Edomu n’i Mowabu+ no kuri bene Amoni+ no ku Bafilisitiya+ no kuri Amaleki+.