Gusubira mu vyagezwe 27:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “‘Aravumwe umuntu aryamana na mushikiwe, umukobwa wa se canke wa nyina+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’) Ezekiyeli 22:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umuntu yakoranye n’umugore wa mugenziwe ikintu giteye ishishi+, kandi umuntu yahumanishije ubushirasoni umukazana wiwe+; kandi muri wewe umuntu yatetereje mushikiwe, umukobwa wa se wiwe+.
22 “‘Aravumwe umuntu aryamana na mushikiwe, umukobwa wa se canke wa nyina+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)
11 Umuntu yakoranye n’umugore wa mugenziwe ikintu giteye ishishi+, kandi umuntu yahumanishije ubushirasoni umukazana wiwe+; kandi muri wewe umuntu yatetereje mushikiwe, umukobwa wa se wiwe+.