Itanguriro 37:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yakobo aca atantamura imitamana yiwe maze akenyera igunira* mu mafyinga, agandarira umuhungu wiwe imisi myinshi+. 2 Samweli 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze Dawidi abwira Yowabu n’abantu bose bari kumwe na we ati: “Nimutantamure impuzu zanyu+, mukenyere amagunira*+ hanyuma muboroge cane imbere ya Abuneri.” Umwami Dawidi na we nyene yariko agendera inyuma y’inderuzo.
34 Yakobo aca atantamura imitamana yiwe maze akenyera igunira* mu mafyinga, agandarira umuhungu wiwe imisi myinshi+.
31 Maze Dawidi abwira Yowabu n’abantu bose bari kumwe na we ati: “Nimutantamure impuzu zanyu+, mukenyere amagunira*+ hanyuma muboroge cane imbere ya Abuneri.” Umwami Dawidi na we nyene yariko agendera inyuma y’inderuzo.