2 Samweli 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze Dawidi atangura kurondera Imana y’ukuri ku bw’uwo muhungu, kandi Dawidi atangura kwisonzesha bimwe bikaze+; arinjira, amara ijoro aryamye hasi+.
16 Maze Dawidi atangura kurondera Imana y’ukuri ku bw’uwo muhungu, kandi Dawidi atangura kwisonzesha bimwe bikaze+; arinjira, amara ijoro aryamye hasi+.