Umusiguzi 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Igihe cose, impuzu zawe nizame zera+, n’amavuta ntabure ku mutwe wawe+. Daniyeli 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Sinarya umukate uryoshe, kandi nta nyama canke umukate vyangera mu kanwa, kandi sinigeze nisiga amavuta gushika ayo mayinga atatu yuzuye arangiye+.
3 Sinarya umukate uryoshe, kandi nta nyama canke umukate vyangera mu kanwa, kandi sinigeze nisiga amavuta gushika ayo mayinga atatu yuzuye arangiye+.