2 Abami 6:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko umwami wa Isirayeli ariko ararengana ku ruhome, umugore umwe aramuririra, ati: “Nkiza, ewe mukama wanje umwami+!” Matayo 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!”
26 Nuko umwami wa Isirayeli ariko ararengana ku ruhome, umugore umwe aramuririra, ati: “Nkiza, ewe mukama wanje umwami+!”
9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!”