ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 118:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Hahezagirwe uwuje mw’izina rya Yehova+;

      Twarabahezagiye turi mu nzu ya Yehova+.

  • Matayo 23:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Kuko ndabibabwiye: Kuva ubu ntimuzogenda mumbonye gushika muvuze muti: ‘Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+!’”

  • Luka 13:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Ehe inzu yanyu+ murayitanywe. Ndabibabwiye: Ntimuzogenda mumbonye gushika muvuze muti: ‘Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+!’ ”

  • Yohani 5:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Naje mw’izina rya Data+, mugabo ntimunyakira; hamwe hoshika uwundi mw’izina ryiwe bwite, uwo mwomwakira.

  • Yohani 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika