Matayo 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!” Matayo 23:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Kuko ndabibabwiye: Kuva ubu ntimuzogenda mumbonye gushika muvuze muti: ‘Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+!’” Mariko 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi abagendera imbere n’abakurikira baguma basemerera bati: “Kiza, turatakamvye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Luka 19:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 bavuga bati: “Arahezagiwe Uwuje bwa Mwami mw’izina rya Yehova+! Amahoro mw’ijuru, n’ubuninahazwa ahantu hari hejuru ya hose+!”
9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!”
39 Kuko ndabibabwiye: Kuva ubu ntimuzogenda mumbonye gushika muvuze muti: ‘Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+!’”
9 Kandi abagendera imbere n’abakurikira baguma basemerera bati: “Kiza, turatakamvye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+!
38 bavuga bati: “Arahezagiwe Uwuje bwa Mwami mw’izina rya Yehova+! Amahoro mw’ijuru, n’ubuninahazwa ahantu hari hejuru ya hose+!”