Itanguriro 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo Kayini abwira Abeli mwene wabo ati: “Tugende mu gahinga.” Nuko bari mu gahinga, Kayini agurukira kuri Abeli mwene wabo, aramwica+. Kuvayo 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko ku musi ukurikira arasohoka, aza abona abagabo babiri b’Abaheburayo bariko bararwana. Abwira uwari mw’ikosa ati: “Ukubitira iki mugenzawe+?”
8 Inyuma y’ivyo Kayini abwira Abeli mwene wabo ati: “Tugende mu gahinga.” Nuko bari mu gahinga, Kayini agurukira kuri Abeli mwene wabo, aramwica+.
13 Ariko ku musi ukurikira arasohoka, aza abona abagabo babiri b’Abaheburayo bariko bararwana. Abwira uwari mw’ikosa ati: “Ukubitira iki mugenzawe+?”