ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 23:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 kugira ngo amaraso yose y’abagororotsi yavishijwe kw’isi+ aze kuri mwebwe, kuva ku maraso ya wa mugororotsi+ Abeli+ gushika ku maraso ya Zekariya mwene Barakiya, uwo mwagandaguriye hagati y’aheranda n’igicaniro+.

  • 1 Yohani 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 atari nka Kayini, uwakomoka kuri wa mubisha akica+ mwene wabo. Kandi yamwishe kubera iki? Kubera ko ibikorwa vyiwe vyari bibi+, mugabo ivya mwene wabo bikaba vyari bigororotse+.

  • Yuda 11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Barigorewe, kuko bagiye mu nzira ya Kayini+, kandi bitaye mu ngendo y’ubuzimire ya Balamu+ barondera impembo, batikirira muri rya jambo ry’ubugumutsi+ rya Kora+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika