Guharura 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera iki izina rya data ryokurwa hagati mu muryango wiwe ngo ni uko ataronse umuhungu+? Enda nuduhe itongo twigabira hagati muri bene wabo na data+.” Gusubira mu vyagezwe 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Imfura azovyara ize itware izina rya mwene wabo yapfuye+, kugira izina ryiwe ntirihanagurike muri Isirayeli+.
4 Kubera iki izina rya data ryokurwa hagati mu muryango wiwe ngo ni uko ataronse umuhungu+? Enda nuduhe itongo twigabira hagati muri bene wabo na data+.”
6 Imfura azovyara ize itware izina rya mwene wabo yapfuye+, kugira izina ryiwe ntirihanagurike muri Isirayeli+.