1 Samweli 8:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Na twebwe nyene tubwirizwa kumera nk’ayandi mahanga yose+; umwami wacu azoducira koko imanza kandi asohoke imbere yacu, arwane intambara zacu.”
20 Na twebwe nyene tubwirizwa kumera nk’ayandi mahanga yose+; umwami wacu azoducira koko imanza kandi asohoke imbere yacu, arwane intambara zacu.”