Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+. Guharura 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi baze bashire izina ryanje+ kuri bene Isirayeli, kugira ngo jewe ubwanje ndabahezagire+.”
5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+.