Kuvayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko Farawo amubwira ati: “Mva imbere+! Kandi uragaba! Ntugerageze kwongera kubona mu maso hanje, kuko umusi wasubiye kubona mu maso hanje uzopfa+.” 2 Samweli 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Aca avuga ati: “Ni vyiza! Jewe nzogirana isezerano nawe. Ariko hari ikintu kimwe ngusaba: ‘Ntuzobona mu maso hanje+, kiretse ubanje kuzana Mikali+ umukobwa wa Sauli, niwaza kuraba mu maso hanje.’”
28 Nuko Farawo amubwira ati: “Mva imbere+! Kandi uragaba! Ntugerageze kwongera kubona mu maso hanje, kuko umusi wasubiye kubona mu maso hanje uzopfa+.”
13 Aca avuga ati: “Ni vyiza! Jewe nzogirana isezerano nawe. Ariko hari ikintu kimwe ngusaba: ‘Ntuzobona mu maso hanje+, kiretse ubanje kuzana Mikali+ umukobwa wa Sauli, niwaza kuraba mu maso hanje.’”