2 Samweli 14:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ariko umwami avuga ati: “Nakevye aje ku nzu yiwe, mugabo ntazoshobora kubona mu maso hanje+.” Abusalomu arakevya rero aja ku nzu yiwe, ntiyabona mu maso h’umwami.
24 Ariko umwami avuga ati: “Nakevye aje ku nzu yiwe, mugabo ntazoshobora kubona mu maso hanje+.” Abusalomu arakevya rero aja ku nzu yiwe, ntiyabona mu maso h’umwami.