Gusubira mu vyagezwe 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 se w’uyo mukobwa na nyina wiwe baze batore ikimenyamenya c’ubusugi bw’uyo mukobwa, bakizanire abagabo b’inararibonye b’ico gisagara kw’irembo ryaco+, Gusubira mu vyagezwe 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ariko nimba nya mugabo adahimbawe no gutwara umupfakazi asigwa na mwene wabo, uyo mupfakazi aze aduge rero kw’irembo ahari abagabo b’inararibonye+, avuge ati: ‘Mwene wabo n’umugabo wanje yanse kuzigama izina rya mwene wabo muri Isirayeli. Ntiyemeye kuncūra.’ Rusi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bowazi na we aduga kw’irembo+, yicaraho. Maze aza abona wa mucunguzi ararenganye, umwe Bowazi yari yavuze+. Aca avuga ati: “Kevya wicare hano, yewe naka.” Nuko arakevya, aricara.
15 se w’uyo mukobwa na nyina wiwe baze batore ikimenyamenya c’ubusugi bw’uyo mukobwa, bakizanire abagabo b’inararibonye b’ico gisagara kw’irembo ryaco+,
7 “Ariko nimba nya mugabo adahimbawe no gutwara umupfakazi asigwa na mwene wabo, uyo mupfakazi aze aduge rero kw’irembo ahari abagabo b’inararibonye+, avuge ati: ‘Mwene wabo n’umugabo wanje yanse kuzigama izina rya mwene wabo muri Isirayeli. Ntiyemeye kuncūra.’
4 Bowazi na we aduga kw’irembo+, yicaraho. Maze aza abona wa mucunguzi ararenganye, umwe Bowazi yari yavuze+. Aca avuga ati: “Kevya wicare hano, yewe naka.” Nuko arakevya, aricara.