2 Samweli 13:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nayo Abusalomu, arahunga aja i Geshuri+; amarayo imyaka itatu. 2 Samweli 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yowabu aca arahaguruka, aja i Geshuri+ maze azana Abusalomu i Yeruzalemu+.