Gusubira mu vyagezwe 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Yayiri+ mwene Manase afata akarere kose ka Arugobu+ gushika ku rubibe rw’Abageshuri+ n’Abamayakati+, hanyuma ivyo bigwati vya Bashani avyita Havoti-yayiri+ afatiye kw’izina ryiwe, gushika n’uyu musi. 2 Samweli 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umuhungu wiwe agira kabiri aba Kileyabu+, uwavutse kuri Abigayili+ umugore wa Nabali Umunyakarumeli; uwugira gatatu aba Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri. 2 Samweli 13:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nayo Abusalomu, arahunga kugira ngo aje kwa Talimayi+ mwene Amihudi, umwami wa Geshuri+. Nuko Dawidi abandanya kugandarira+ umuhungu wiwe imisi yose.
14 “Yayiri+ mwene Manase afata akarere kose ka Arugobu+ gushika ku rubibe rw’Abageshuri+ n’Abamayakati+, hanyuma ivyo bigwati vya Bashani avyita Havoti-yayiri+ afatiye kw’izina ryiwe, gushika n’uyu musi.
3 Umuhungu wiwe agira kabiri aba Kileyabu+, uwavutse kuri Abigayili+ umugore wa Nabali Umunyakarumeli; uwugira gatatu aba Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri.
37 Nayo Abusalomu, arahunga kugira ngo aje kwa Talimayi+ mwene Amihudi, umwami wa Geshuri+. Nuko Dawidi abandanya kugandarira+ umuhungu wiwe imisi yose.