2 Samweli 13:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nayo Abusalomu, arahunga kugira ngo aje kwa Talimayi+ mwene Amihudi, umwami wa Geshuri+. Nuko Dawidi abandanya kugandarira+ umuhungu wiwe imisi yose.
37 Nayo Abusalomu, arahunga kugira ngo aje kwa Talimayi+ mwene Amihudi, umwami wa Geshuri+. Nuko Dawidi abandanya kugandarira+ umuhungu wiwe imisi yose.