2 Samweli 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umuhungu wiwe agira kabiri aba Kileyabu+, uwavutse kuri Abigayili+ umugore wa Nabali Umunyakarumeli; uwugira gatatu aba Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri.
3 Umuhungu wiwe agira kabiri aba Kileyabu+, uwavutse kuri Abigayili+ umugore wa Nabali Umunyakarumeli; uwugira gatatu aba Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri.