Abacamanza 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Baraki atangura gukoraniriza Zebuloni+ na Nafutali i Kedeshi; nuko abagabo ibihumbi cumi baduga bakurikiye intambuko ziwe+; Debora na we adugana na we. 1 Samweli 25:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ubu rero, ku bijanye n’iyi ngabirano y’umuhezagiro+ umusukukazi wawe azaniye umukama wanje, ihabwe imisore igendera mu ntambuko+ z’umukama wanje.
10 Baraki atangura gukoraniriza Zebuloni+ na Nafutali i Kedeshi; nuko abagabo ibihumbi cumi baduga bakurikiye intambuko ziwe+; Debora na we adugana na we.
27 Ubu rero, ku bijanye n’iyi ngabirano y’umuhezagiro+ umusukukazi wawe azaniye umukama wanje, ihabwe imisore igendera mu ntambuko+ z’umukama wanje.