1 Samweli 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 (Kera muri Isirayeli uku ni ko umuntu yavuga agiye kurondera Imana: “Nimuze tuje kwa rubonyi+.” Kuko umuhanuzi wo muri iki gihe kera yitwa rubonyi.) 2 Ngoma 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ico gihe Hanani+ rubonyi aza kuri Asa umwami wa Yuda maze amubwira ati: “Ko wishimikije umwami wa Siriya+, ntiwishimikize Yehova Imana yawe+, ni co catumye inteko za gisirikare z’umwami wa Siriya zikira ukuboko kwawe.
9 (Kera muri Isirayeli uku ni ko umuntu yavuga agiye kurondera Imana: “Nimuze tuje kwa rubonyi+.” Kuko umuhanuzi wo muri iki gihe kera yitwa rubonyi.)
7 Ico gihe Hanani+ rubonyi aza kuri Asa umwami wa Yuda maze amubwira ati: “Ko wishimikije umwami wa Siriya+, ntiwishimikize Yehova Imana yawe+, ni co catumye inteko za gisirikare z’umwami wa Siriya zikira ukuboko kwawe.