2 Samweli 15:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abanyagihugu bose bariko bararira n’ijwi rirenga+, kandi abantu bose bariko barajabuka; umwami yari ahagaze iruhande y’umwonga Kidironi+, kandi abantu bose bariko barajabuka, bagendera mu nzira nini ija mu gahinga.
23 Abanyagihugu bose bariko bararira n’ijwi rirenga+, kandi abantu bose bariko barajabuka; umwami yari ahagaze iruhande y’umwonga Kidironi+, kandi abantu bose bariko barajabuka, bagendera mu nzira nini ija mu gahinga.