2 Samweli 15:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Dawidi ashitse kw’isonga aho abantu bari basanzwe bunamira Imana, ehe Hushayi+ Umwaruki+ aza kumusanganira, ikanzu yiwe yatantamutse kandi ku mutwe wiwe hari ivu+.
32 Dawidi ashitse kw’isonga aho abantu bari basanzwe bunamira Imana, ehe Hushayi+ Umwaruki+ aza kumusanganira, ikanzu yiwe yatantamutse kandi ku mutwe wiwe hari ivu+.