2 Samweli 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ubu amaboko yanyu rero niyikomeze kandi mube abagabo b’intwari+, kuko umukama wanyu Sauli yapfuye, akaba ari jewe inzu ya Yuda yarobanuje amavuta ngo mbe umwami+ wabo.”
7 Ubu amaboko yanyu rero niyikomeze kandi mube abagabo b’intwari+, kuko umukama wanyu Sauli yapfuye, akaba ari jewe inzu ya Yuda yarobanuje amavuta ngo mbe umwami+ wabo.”