Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. 2 Samweli 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze abagabo ba Yuda+ baraza, barobanuza amavuta+ Dawidi ng’aho ngo abe umwami w’inzu ya Yuda+. Nuko abantu baza kumenyesha Dawidi bati: “Abagabo b’i Yabeshi-gileyadi ni bo bahamvye Sauli.”
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.
4 Maze abagabo ba Yuda+ baraza, barobanuza amavuta+ Dawidi ng’aho ngo abe umwami w’inzu ya Yuda+. Nuko abantu baza kumenyesha Dawidi bati: “Abagabo b’i Yabeshi-gileyadi ni bo bahamvye Sauli.”