ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Dawidi avyumvise, arungika rero Yowabu n’ingabo zose n’abagabo b’abanyenkomezi+.

  • 2 Samweli 18:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hanyuma Dawidi arungika ica gatatu+ c’abantu kiyobowe na Yowabu+, ikindi ca gatatu kiyobowe na Abishayi+ mwene Zeruwiya, mwene wabo na Yowabu+, n’ica gatatu kiyobowe na Itayi+ Umugiti. Umwami araheza abwira abantu ati: “Nanje ubwanje ndasohokana namwe mu rugamba.”

  • 2 Samweli 24:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko umwami abwira Yowabu+ umukuru w’inteko za gisirikare yari kumwe na we ati: “Ndakwinginze ugendagende mu miryango ya Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, mwandike abantu+, nanje menye koko igitigiri c’abantu+.”

  • 1 Abami 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ibi ni vyo vyabaye: igihe Dawidi yagarika Edomu+, hamwe Yowabu umukuru w’ingabo yaduga guhamba abagandaguwe, agerageza kugarika uw’igitsina-gabo wese muri Edomu+.

  • 1 Ngoma 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Dawidi avuga rero ati: “Uwuzotangura gukubita+ Abayebusi wese, azoba umukuru n’umuganwa.” Nuko Yowabu+ mwene Zeruwiya aba ari we atangura kuduga, maze aba umukuru.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika