1 Abami 22:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nayo umwami wa Siriya, yari yategetse ba bakuru mirongo itatu na babiri+ b’imikogote yiwe ati: “Ntimurwanye umuto canke uwukomeye, mugabo murwanye umwami wa Isirayeli wenyene+.” Zaburi 37:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umubisha agīra umugambi mubi umugororotsi+,Akamuhekenyera amenyo+. Zaburi 41:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi umuntu yabana amahoro nanje, uwo nari nizigiye+,Uwarya ku mukate wanje+, andugirije igitsintsiri+. Zaburi 55:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko atari umwansi yansize iceyi+;Ahandiho nari kuvyihanganira.Uwunyanka bikaze si we yanyirīyeko+;Ahandiho nari kumwihisha+.
31 Nayo umwami wa Siriya, yari yategetse ba bakuru mirongo itatu na babiri+ b’imikogote yiwe ati: “Ntimurwanye umuto canke uwukomeye, mugabo murwanye umwami wa Isirayeli wenyene+.”
9 Kandi umuntu yabana amahoro nanje, uwo nari nizigiye+,Uwarya ku mukate wanje+, andugirije igitsintsiri+.
12 Kuko atari umwansi yansize iceyi+;Ahandiho nari kuvyihanganira.Uwunyanka bikaze si we yanyirīyeko+;Ahandiho nari kumwihisha+.