Yohani 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Sindiko mvuga mwebwe mwese; ndazi abo natoye+. Mugabo ni ukugira ngo Icanditswe kiranguke+, ngo: ‘Uwahora arya ku mukate wanje ambanguriye igitsintsiri+.’
18 Sindiko mvuga mwebwe mwese; ndazi abo natoye+. Mugabo ni ukugira ngo Icanditswe kiranguke+, ngo: ‘Uwahora arya ku mukate wanje ambanguriye igitsintsiri+.’