Yohani 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nkiri kumwe na bo narabarinda+ ku bw’izina ryawe wampaye; kandi narabazigamye, kandi nta n’umwe muri bo yarandutse+ atari wa mwana wo kuranduka+, kugira ngo icanditswe kiranguke+.
12 Nkiri kumwe na bo narabarinda+ ku bw’izina ryawe wampaye; kandi narabazigamye, kandi nta n’umwe muri bo yarandutse+ atari wa mwana wo kuranduka+, kugira ngo icanditswe kiranguke+.