Mariko 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe ku bimwerekeye, mugabo aragowe uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe! Vyorushirije kubera vyiza uwo muntu iyo ataba yaravutse+.” Abaheburayo 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 ahubwo haba hasigaye ukwitegana ubwoba ata kabuza urubanza+ hakaba n’ishari ry’umuriro rigiye kuyigiza abarwanya Imana+.
21 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe ku bimwerekeye, mugabo aragowe uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe! Vyorushirije kubera vyiza uwo muntu iyo ataba yaravutse+.”
27 ahubwo haba hasigaye ukwitegana ubwoba ata kabuza urubanza+ hakaba n’ishari ry’umuriro rigiye kuyigiza abarwanya Imana+.