Abacamanza 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Bene Dani baca bamubwira bati: “Ntiwumvikanishe ijwi ryawe hafi yacu, kugira ngo abagabo b’umutima udundumiwe+ ntibahave babagurukirako, mwe n’urugo rwawe mukahasiga ubuzima.”
25 Bene Dani baca bamubwira bati: “Ntiwumvikanishe ijwi ryawe hafi yacu, kugira ngo abagabo b’umutima udundumiwe+ ntibahave babagurukirako, mwe n’urugo rwawe mukahasiga ubuzima.”