ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 23:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Murabe mwongere musuzume neza ku bijanye n’ahantu ho kwinyegeza hose yinyegeza; hanyuma muze, mugaruke aho ndi muzanye ikimenyamenya, nanje nzojana namwe; niyaba ari mu gihugu, nzomurondera rero nitonze mu bihumbi+ vyose vya Yuda.”

  • 2 Samweli 17:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ehe, ubu yinyegeje+ muri umwe mu myobo canke muri kimwe mu bindi bibanza; niyatangura kubatera, uwuzovyumva ntazobura kwumva maze akavuga ati: ‘Habaye ugutsindwa mu bantu bakurikira Abusalomu!’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika