-
1 Ngoma 12:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Mu Bagadi, hari abitandukanije maze baja ku ruhande rwa Dawidi muri ca kibanza kigoye gushikamwo mu gahinga+, bakaba bari abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi, abagabo bo mu ngabo z’intambara, baguma bateguye inkinzo zagutse be n’amacumu+, abari bafise mu maso nk’ah’intambwe+, kandi mu bunyarutsi bakaba bari bameze nk’ingeregere ku misozi+.
-