32 Baruzilayi yari ashaje cane, akaba yari afise imyaka mirongo umunani+; kandi ni we yari yararonkeje umwami ibifungurwa igihe yaba i Mahanayimu+, kuko yari umugabo ahambaye cane+.
7 “Nayo bene Baruzilayi+ Umugileyadi, uze ubagirire ubuntu bwuzuye urukundo; baze babe mu barira ku meza yawe+; kuko ukwo ari ko banyiyegereje+ igihe nahunga mvuye imbere ya Abusalomu mwene wanyu+.