Itanguriro 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Aburahamu anyarukira kw’ihema aho Sara ari, avuga ati: “Nyarutsa! Fata ingero zitatu za seya* z’ifu inoze, ucumbe igicumbe maze ukore udutsima tw’umuzingi+.” 1 Samweli 28:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi uwo mugore yari afise mu nzu inyana yadoheshejwe+. Nuko arayikerera*+ ningoga maze afata ifu, acumba igicumbe araheza acotsamwo udutsima tutarimwo umwambiro.
6 Nuko Aburahamu anyarukira kw’ihema aho Sara ari, avuga ati: “Nyarutsa! Fata ingero zitatu za seya* z’ifu inoze, ucumbe igicumbe maze ukore udutsima tw’umuzingi+.”
24 Kandi uwo mugore yari afise mu nzu inyana yadoheshejwe+. Nuko arayikerera*+ ningoga maze afata ifu, acumba igicumbe araheza acotsamwo udutsima tutarimwo umwambiro.