12 Muri ico gihe, Amasa yariko akumbagara mu maraso+ hagati na hagati mu nzira y’ikirari. Nya mugabo abonye abantu bose baza barahagarara, aca akura Amasa muri nya nzira y’ikirari amujana mu murima. Amaherezo aterera impuzu kuri we, kuko yabona ko umuntu wese yamushikako yaca ahagarara+.